Gusubira mu vyagezwe 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi uze wibuke inzira yose Yehova Imana yawe yagucanyemwo iyi myaka mirongo ine yose mu gahinga+, kugira agucishe bugufi+, ngo akugeze+ amenye ikiri mu mutima wawe+, ko wogumije amabwirizwa yiwe canke utoyagumije. Zaburi 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Wasuzumye umutima wanje, wangenduye mw’ijoro+,Warantyoroye; uzobona yuko ata mugambi mubi nateguye+.Akanwa kanje ntikazogabitanya+.
2 Kandi uze wibuke inzira yose Yehova Imana yawe yagucanyemwo iyi myaka mirongo ine yose mu gahinga+, kugira agucishe bugufi+, ngo akugeze+ amenye ikiri mu mutima wawe+, ko wogumije amabwirizwa yiwe canke utoyagumije.
3 Wasuzumye umutima wanje, wangenduye mw’ijoro+,Warantyoroye; uzobona yuko ata mugambi mubi nateguye+.Akanwa kanje ntikazogabitanya+.