Yesaya 9:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko ububisha busigaye bururumba nk’umuriro+; buzorigata ibisaka vy’amahwa n’ivyatsi bibi+. Buzokwaka umuriro mu bisaka vy’inzitane vy’ikibira+, kandi bizoduzwa nk’agashururu k’umwotsi+. Hoseya 13:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ni co gituma bazoba nk’ibicu vyo mu gitondo+ bongere babe nk’ikime gikamangana kare; bazoba nk’umuguruka uvumbuwe n’ikirura ukava ku mbuga y’ikubitiro+, babe kandi nk’umwotsi ufumbukana mu ntoboro y’igisenge.
18 Kuko ububisha busigaye bururumba nk’umuriro+; buzorigata ibisaka vy’amahwa n’ivyatsi bibi+. Buzokwaka umuriro mu bisaka vy’inzitane vy’ikibira+, kandi bizoduzwa nk’agashururu k’umwotsi+.
3 Ni co gituma bazoba nk’ibicu vyo mu gitondo+ bongere babe nk’ikime gikamangana kare; bazoba nk’umuguruka uvumbuwe n’ikirura ukava ku mbuga y’ikubitiro+, babe kandi nk’umwotsi ufumbukana mu ntoboro y’igisenge.