Gusubira mu vyagezwe 32:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Nezerwe, mwa mahanga, kumwe n’abantu biwe+,Kuko azohōra amaraso y’abasavyi biwe+,Kandi azokwihora abarwanizi biwe+Kandi koko azotangira impongano* ubutaka bw’abantu biwe.”
43 Nezerwe, mwa mahanga, kumwe n’abantu biwe+,Kuko azohōra amaraso y’abasavyi biwe+,Kandi azokwihora abarwanizi biwe+Kandi koko azotangira impongano* ubutaka bw’abantu biwe.”