Zaburi 72:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Hahezagirwe Yehova Imana, ya Mana ya Isirayeli+,We wenyene akora ibikorwa vy’agatangaza+. Ivyakozwe 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Imana y’iki gisata Isirayeli yatoye ba sogokuruza bacu, kandi yashize hejuru nya gisata igihe bari babayeho ari ba kavamahanga mu gihugu ca Misiri hanyuma ibakuzayo ukuboko kubanguye+.
17 Imana y’iki gisata Isirayeli yatoye ba sogokuruza bacu, kandi yashize hejuru nya gisata igihe bari babayeho ari ba kavamahanga mu gihugu ca Misiri hanyuma ibakuzayo ukuboko kubanguye+.