Zaburi 25:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Hindukiriza mu maso hawe kuri jewe, ungirire ubutoni+;Kuko ndi inyakamwe n’umurushwa+. Zaburi 86:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Hindukirira kuri jewe, ungirire ubutoni+.Nuhe inkomezi zawe umusavyi wawe+,Ukize umwana w’umushumbakazi wawe+.
16 Hindukirira kuri jewe, ungirire ubutoni+.Nuhe inkomezi zawe umusavyi wawe+,Ukize umwana w’umushumbakazi wawe+.