Matayo 27:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 bamuha umuvinyu uvanze n’indurwe+ ngo anywe; mugabo amaze kuwuhonja, aranka kunywa+. Mariko 15:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Hano bagerageza kumuha umuvinyu uvanze n’ikiyayuramutwe citwa imira*+, mugabo ntiyawunywa+.