1 Petero 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 riba n’“ibuye ritsitaza n’igitandara kigwisha+.” Abo batsitara kuko bagambararira rya jambo. Ico nyene ni co kandi bagenewe+.
8 riba n’“ibuye ritsitaza n’igitandara kigwisha+.” Abo batsitara kuko bagambararira rya jambo. Ico nyene ni co kandi bagenewe+.