Zaburi 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko abahungira muri wewe bose bazonezerwa+;Gushika igihe kitagira urugero*, bazokwiha akamo k’umunezero+.Nawe uzozibira inzira ishika aho bari,Kandi abakunda izina ryawe bazokwigina muri wewe+. Gucura intimba 3:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yehova ni mwiza ku wumwizigira+, ku wuguma amurondera+.
11 Ariko abahungira muri wewe bose bazonezerwa+;Gushika igihe kitagira urugero*, bazokwiha akamo k’umunezero+.Nawe uzozibira inzira ishika aho bari,Kandi abakunda izina ryawe bazokwigina muri wewe+.