Zaburi 38:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko navuze nti: “Ahandiho bonyigambako+;Hamwe ikirenge canje cogenda kidandabagirana+, ntibobura kunyiryako+.” Zaburi 94:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Igihe navuga nti: “Ikirenge canje ntikizobura kugenda kidandabagirana+,”Ubuntu bwuzuye urukundo bwawe, ewe Yehova, bwagumye bunshigikiye+.
16 Kuko navuze nti: “Ahandiho bonyigambako+;Hamwe ikirenge canje cogenda kidandabagirana+, ntibobura kunyiryako+.”
18 Igihe navuga nti: “Ikirenge canje ntikizobura kugenda kidandabagirana+,”Ubuntu bwuzuye urukundo bwawe, ewe Yehova, bwagumye bunshigikiye+.