Zaburi 109:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yahavuye yambikwa umuvumo nka yo mpuzu yiwe+.Nuko warinjiye nk’amazi hagati muri we+,Winjira nk’amavuta mu magufa yiwe. Imigani 3:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ntiwumvire agashari umuntu w’ubukazi+, canke ngo uhitemwo n’imwe mu nzira ziwe+. Yakobo 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mwaciriye rubi umugororotsi, muramwica. None ntabarwanya+?
18 Yahavuye yambikwa umuvumo nka yo mpuzu yiwe+.Nuko warinjiye nk’amazi hagati muri we+,Winjira nk’amavuta mu magufa yiwe.