1 Abami 21:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze Yezebeli umugore wiwe amubwira ati: “Mbega ubu ni wewe uri ku ngoma ya Isirayeli+? Haguruka, urye umukate kandi umutima wawe uryoherwe. Jewe ubwanje ndaguha umurima w’imizabibu wa Naboti Umuyezireyeli+.” Yuda 16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abo bantu ni abidodomvyi+, abidozi bidogera umugabane wabo mu buzima, bagenda bisunga ivyipfuzo vyabo bwite+, kandi iminwa yabo ivuga ibintu vyo kwivyimvya+, mu gihe batangarira abahambaye+ ku bw’inyungu yabo bwite.
7 Maze Yezebeli umugore wiwe amubwira ati: “Mbega ubu ni wewe uri ku ngoma ya Isirayeli+? Haguruka, urye umukate kandi umutima wawe uryoherwe. Jewe ubwanje ndaguha umurima w’imizabibu wa Naboti Umuyezireyeli+.”
16 Abo bantu ni abidodomvyi+, abidozi bidogera umugabane wabo mu buzima, bagenda bisunga ivyipfuzo vyabo bwite+, kandi iminwa yabo ivuga ibintu vyo kwivyimvya+, mu gihe batangarira abahambaye+ ku bw’inyungu yabo bwite.