Matayo 18:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo uwo wese atsitaza umwe muri aba batoyi banyizera, yopfuma yambikwa mw’izosi urusyo+ nka rumwe ruzungurutswa n’indogobwa, akadwibizwa mu kiyaga kinini amahanga+.
6 Mugabo uwo wese atsitaza umwe muri aba batoyi banyizera, yopfuma yambikwa mw’izosi urusyo+ nka rumwe ruzungurutswa n’indogobwa, akadwibizwa mu kiyaga kinini amahanga+.