Zaburi 37:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Ariko abagabitanya bazozimanganirizwa icarimwe ata kabuza+;Kazoza k’ababisha kazorandurwa koko+. Umusiguzi 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo umubisha ntibizomugendera neza na gato+, eka nta n’ubwo azorehura imisi yiwe imeze nk’igitutu+, kuko adatinya Imana+.
13 Mugabo umubisha ntibizomugendera neza na gato+, eka nta n’ubwo azorehura imisi yiwe imeze nk’igitutu+, kuko adatinya Imana+.