Zaburi 46:1 Bibiliya y’isi nshasha 46 Imana ni ubuhungiro n’inkomezi vyacu+,Ikaba n’imfashanyo yoroshe kuronka mu gihe c’amarushwa+. Zaburi 71:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko uri icizigiro canje+, ewe Mukama Segaba Yehova, umwizero wanje kuva mu buto bwanje+.