Ivyahishuwe 16:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uwa gatandatu+ na we asuka ibakure yiwe kuri rwa ruzi runini Efurate+, amazi yarwo aca arakama+, kugira ngo inzira itegurwe ku bw’abami+ bava i burasirazuba.
12 Uwa gatandatu+ na we asuka ibakure yiwe kuri rwa ruzi runini Efurate+, amazi yarwo aca arakama+, kugira ngo inzira itegurwe ku bw’abami+ bava i burasirazuba.