Yesaya 31:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umwashuri azotegerezwa kugwishwa n’inkota, atari iy’umuntu; kandi inkota atari iy’umuntu yakuwe mw’ivu, ni yo izomurigata+. Azotegerezwa guhunga kubera inkota, kandi abasore biwe bazoba ab’ibikorwa vy’agahato.
8 Umwashuri azotegerezwa kugwishwa n’inkota, atari iy’umuntu; kandi inkota atari iy’umuntu yakuwe mw’ivu, ni yo izomurigata+. Azotegerezwa guhunga kubera inkota, kandi abasore biwe bazoba ab’ibikorwa vy’agahato.