Guharura 23:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Imana si umuntu ngo ibeshe+,Canke umwana w’abantu ngo yicuze+.Mbega ico ubwayo ivuze, ntigikora?Mbega iryo ivumereye, ntirishitsa+? Abaroma 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ariko si nk’aho ijambo ry’Imana ryananiwe+. Kuko abakomoka kuri Isirayeli bose atari bo “Isirayeli” vy’ukuri+.
19 Imana si umuntu ngo ibeshe+,Canke umwana w’abantu ngo yicuze+.Mbega ico ubwayo ivuze, ntigikora?Mbega iryo ivumereye, ntirishitsa+?
6 Ariko si nk’aho ijambo ry’Imana ryananiwe+. Kuko abakomoka kuri Isirayeli bose atari bo “Isirayeli” vy’ukuri+.