Kuvayo 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Bwira rero bene Isirayeli uti: ‘Ndi Yehova, kandi ata kabuza nzobakura munsi y’imizigo y’Abanyamisiri, ndabarokore mu bushumba bwabo+, kandi nzobahabuza koko n’ukuboko kuramvuye be n’imanza zikomeye+. Gusubira mu vyagezwe 9:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ni abantu bawe n’inyegu wiharije+, abo wakujeyo ububasha bwawe bukomeye n’ukuboko kwawe kuramvuye+.’
6 “Bwira rero bene Isirayeli uti: ‘Ndi Yehova, kandi ata kabuza nzobakura munsi y’imizigo y’Abanyamisiri, ndabarokore mu bushumba bwabo+, kandi nzobahabuza koko n’ukuboko kuramvuye be n’imanza zikomeye+.
29 Ni abantu bawe n’inyegu wiharije+, abo wakujeyo ububasha bwawe bukomeye n’ukuboko kwawe kuramvuye+.’