Zaburi 44:1 Bibiliya y’isi nshasha 44 Ewe Mana, twarumvise n’amatwi yacu,Ba sogokuruza bacu baratudondeye+Igikorwa wakoze mu misi yabo+,Mu misi ya kera+.
44 Ewe Mana, twarumvise n’amatwi yacu,Ba sogokuruza bacu baratudondeye+Igikorwa wakoze mu misi yabo+,Mu misi ya kera+.