4 Ubwo nyene Yefuta akoraniriza hamwe abagabo bose ba Gileyadi+ maze arwanya Efurayimu; abagabo ba Gileyadi batangura kwica Efurayimu, kuko bano bari bavuze bati: “Ewe Gileyadi, muri abantu bahunze bava muri Efurayimu, hagati muri Efurayimu, hagati muri Manase.”