Guharura 11:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko Musa yumva abantu baririra mu miryāngo yabo, umuntu wese ku bwinjiriro bw’ihema ryiwe. Ishavu rya Yehova ritangura kururumba cane+, kandi biba bibi mu maso ya Musa+.
10 Nuko Musa yumva abantu baririra mu miryāngo yabo, umuntu wese ku bwinjiriro bw’ihema ryiwe. Ishavu rya Yehova ritangura kururumba cane+, kandi biba bibi mu maso ya Musa+.