ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 12:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Hanyuma mu gicugu, Yehova yica imfura yose mu gihugu ca Misiri+, uhereye ku mfura ya Farawo yicaye ku ntebe yiwe y’ubwami, ugashika ku mfura y’imbohe yari mu gasho, no ku gitungwa cose c’uburiza+.

  • Kuvayo 13:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Maze Farawo aba intabarirwa, ntiyaturekura+, Yehova aca yica imfura yose mu gihugu ca Misiri+, uhereye ku mfura y’umuntu ugashika ku gitungwa c’uburiza+. Ni co gituma ndiko nshikanira Yehova ivy’igitsina-gabo vyose vyugurura igitereko+, n’imfura yose mu bahungu banje nkayicungura+.’

  • Zaburi 105:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Hanyuma yica zina mfura mu gihugu cabo+,

      Ubuzibūra bwabo* bwose+.

  • Zaburi 135:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 We yariritse imfura za Misiri+,

      Umuntu hamwe n’igitungwa+.

  • Zaburi 136:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Umwe yakubita Misiri akaririka imfura zabo+:

      Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika