Kuvayo 14:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Musa ako kanya aramvurira ukuboko kwiwe hejuru y’ikiyaga, gica gitangura gusubira uko cari kimeze, buri mu guca. Ico gihe Abanyamisiri bariko barahunga ngo ntibahure na co, mugabo Yehova akunkumurira Abanyamisiri hagati mu kiyaga+. Kuvayo 15:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Wahushe impemu zawe+, ikiyaga kirabapfuka+;Badwibiye nk’icuma* mu mazi y’agakomeye+. Zaburi 136:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Agakunkumurira Farawo n’inteko ziwe za gisirikare mu kiyaga Gitukura+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;
27 Musa ako kanya aramvurira ukuboko kwiwe hejuru y’ikiyaga, gica gitangura gusubira uko cari kimeze, buri mu guca. Ico gihe Abanyamisiri bariko barahunga ngo ntibahure na co, mugabo Yehova akunkumurira Abanyamisiri hagati mu kiyaga+.
15 Agakunkumurira Farawo n’inteko ziwe za gisirikare mu kiyaga Gitukura+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;