Hoseya 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Maze batangura kugaruka, mugabo atari ku gusenga kw’ukuri+; bari bameze nk’umuheto utanangiriye+. Abaganwa babo bazogwishwa n’inkota kubera imisibo y’ururimi rwabo+. Ni co gituma bazobatwengera mw’ijigo mu gihugu ca Misiri+.”
16 Maze batangura kugaruka, mugabo atari ku gusenga kw’ukuri+; bari bameze nk’umuheto utanangiriye+. Abaganwa babo bazogwishwa n’inkota kubera imisibo y’ururimi rwabo+. Ni co gituma bazobatwengera mw’ijigo mu gihugu ca Misiri+.”