ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 4:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nuko Abafilisitiya batonda urugamba+ ngo bahure na Isirayeli, maze urugamba rugenda nabi, ku buryo Isirayeli itsindwa imbere y’Abafilisitiya+, bano bica nk’abagabo ibihumbi bine mu bari batonze urugamba begeranye mu gahinga.

  • 1 Samweli 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nuko Abafilisitiya bararwana, maze Isirayeli iratsindwa+, batangura guhunga, umwe wese ahungira kw’ihema ryiwe+; haba ugusasika inganda gukomeye cane+ ku buryo muri Isirayeli hagwa abagabo ibihumbi mirongo itatu bari ku maguru+.

  • Yeremiya 7:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Kandi nzokura mu bisagara vya Yuda no mu mabarabara ya Yeruzalemu ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni+; kuko igihugu kizocika ikibanza catikijwe gusa+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika