Zaburi 72:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nacire urubanza abarushwa bo mu bantu+,Nakize abana b’umworo,Ajanjagure umugunzi. Zaburi 82:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nimubere abacamanza umuntu mutoyi n’impfuvyi*+.Nimutunganirize umurushwa na ntahonikora+.