2 Abami 18:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mu mwaka ugira kane w’Umwami Hezekiya, ni ukuvuga umwaka ugira indwi wa Hosheya+ mwene Ela umwami wa Isirayeli, Shalumaneseri+ umwami wa Ashuri aduga gutera Samariya maze arahasugereza+. 2 Ngoma 32:1 Bibiliya y’isi nshasha 32 Inyuma y’ivyo bintu n’iyo ngendo y’ubwizigirwa+, Senakeribu+ umwami wa Ashuri+ araza maze atangura gushwara Yuda hanyuma arakambika ngo atere ibisagara bikingijwe ibihome+; aguma yiyumvira kuvyigarurira mu kubicamwo igihengeri.
9 Mu mwaka ugira kane w’Umwami Hezekiya, ni ukuvuga umwaka ugira indwi wa Hosheya+ mwene Ela umwami wa Isirayeli, Shalumaneseri+ umwami wa Ashuri aduga gutera Samariya maze arahasugereza+.
32 Inyuma y’ivyo bintu n’iyo ngendo y’ubwizigirwa+, Senakeribu+ umwami wa Ashuri+ araza maze atangura gushwara Yuda hanyuma arakambika ngo atere ibisagara bikingijwe ibihome+; aguma yiyumvira kuvyigarurira mu kubicamwo igihengeri.