Zaburi 89:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Uwo ukuboko kwanje kuzoshikama kumwe na we+,Uwo kandi ukuboko kwanje kuzokomeza+. Zaburi 110:1 Bibiliya y’isi nshasha 110 Ijambo Yehova abwira Umukama wanje ni iri+:“Icara iburyo bwanje+,Gushika ngize abansi bawe nk’intebe y’ibirenge vyawe+.”
110 Ijambo Yehova abwira Umukama wanje ni iri+:“Icara iburyo bwanje+,Gushika ngize abansi bawe nk’intebe y’ibirenge vyawe+.”