1 Ngoma 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mu misi ya Sauli, barwanya Abahaguri+, abahavuye bagwa biciye ku kuboko kwabo; maze baba mu mahema yabo mu gihugu cose mu buseruko bwa Gileyadi.
10 Mu misi ya Sauli, barwanya Abahaguri+, abahavuye bagwa biciye ku kuboko kwabo; maze baba mu mahema yabo mu gihugu cose mu buseruko bwa Gileyadi.