Zaburi 146:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Hahiriwe uwufise Imana ya Yakobo bwa mutabazi wiwe+,Icizigiro ciwe kikaba kiri muri Yehova Imana yiwe+, Yeremiya 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Arahezagiwe umuntu w’umugabo yizigira Yehova, Yehova akaba ari umwizero wiwe+.
5 Hahiriwe uwufise Imana ya Yakobo bwa mutabazi wiwe+,Icizigiro ciwe kikaba kiri muri Yehova Imana yiwe+, Yeremiya 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Arahezagiwe umuntu w’umugabo yizigira Yehova, Yehova akaba ari umwizero wiwe+.