Zaburi 66:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Vy’ukuri, Imana yarumvise+;Yateze ugutwi ijwi ry’isengesho ryanje+. Zaburi 116:1 Bibiliya y’isi nshasha 116 Nduzura urukundo, kuko Yehova yumva+Ijwi ryanje, ukwinginga kwanje+.