Zaburi 22:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Bazoza bayage ubugororotsi bwiwe+,Babwire igisata c’abantu kizovuka, yuko ari we yabikoze+. Yesaya 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ibi ni vyo bizotegerezwa kuba mu kiringo ca nyuma c’imisi+: umusozi w’inzu+ ya Yehova uzoshimangirwa hejuru y’isonga ry’imisozi+, emwe, uduzwe hejuru y’imirambi+; kandi amahanga yose azorindiga koko aja kuri wo+. Yesaya 43:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 uwitirirwa izina ryanje wese+ akaba n’uwo naremye ku bw’ubuninahazwa bwanje+, uwo nabumvye, egome, uwo nakoze+.’ Ivyahishuwe 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ni nde vy’ukuri atazogutinya+ ga Yehova+, akaninahaza izina ryawe+, kuko wewe wenyene ari wewe uri intahemuka+? Kuko amahanga yose azoza agasenga imbere yawe+, kuko ingingo zawe zigororotse zerekanywe+.”
2 Ibi ni vyo bizotegerezwa kuba mu kiringo ca nyuma c’imisi+: umusozi w’inzu+ ya Yehova uzoshimangirwa hejuru y’isonga ry’imisozi+, emwe, uduzwe hejuru y’imirambi+; kandi amahanga yose azorindiga koko aja kuri wo+.
7 uwitirirwa izina ryanje wese+ akaba n’uwo naremye ku bw’ubuninahazwa bwanje+, uwo nabumvye, egome, uwo nakoze+.’
4 Ni nde vy’ukuri atazogutinya+ ga Yehova+, akaninahaza izina ryawe+, kuko wewe wenyene ari wewe uri intahemuka+? Kuko amahanga yose azoza agasenga imbere yawe+, kuko ingingo zawe zigororotse zerekanywe+.”