Kuvayo 15:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ni nde mu mana ameze nkawe ga Yehova+?Ni nde ameze nkawe, wewe werekana ko ukomeye mu bweranda+? Uwo gutinya+ no gushemeza mu ndirimbo+, Uwukora ibitangaza+. Zaburi 72:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Hahezagirwe Yehova Imana, ya Mana ya Isirayeli+,We wenyene akora ibikorwa vy’agatangaza+. Zaburi 77:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ni wewe Mana y’ukuri, ukora ibitangaje+.Mu bisata vy’abantu wamenyesheje inkomezi zawe+. Daniyeli 6:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Irakiza, ikarokora+, igakora ibimenyetso n’ibitangaza mu majuru+ no kw’isi+, kuko yakijije Daniyeli ikamukura mu majanja y’intambwe.”
11 Ni nde mu mana ameze nkawe ga Yehova+?Ni nde ameze nkawe, wewe werekana ko ukomeye mu bweranda+? Uwo gutinya+ no gushemeza mu ndirimbo+, Uwukora ibitangaza+.
27 Irakiza, ikarokora+, igakora ibimenyetso n’ibitangaza mu majuru+ no kw’isi+, kuko yakijije Daniyeli ikamukura mu majanja y’intambwe.”