ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 6:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “Umviriza, ewe Isirayeli: Yehova Imana yacu ni Yehova umwe+.

  • Gusubira mu vyagezwe 32:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Ubu rero nimubone ko jewe ubwanje ndi we+

      Kandi nta zindi mana turi kumwe+.

      Ndica, nkabeshaho+.

      Narakomerekeje cane+, kandi ni jewe nzokiza+,

      Kandi nta wushikura mu kuboko kwanje+.

  • Zaburi 83:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kugira bamenye+ yuko wewe, uwitwa Yehova+,

      Ari wewe wenyene Musumbavyose+ kw’isi yose+.

  • Yesaya 37:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “Ewe Yehova nyen’ingabo, Mana ya Isirayeli+, wewe wicaye ku bakerubi*, ni wewe wenyene uri Imana y’ukuri y’ubwami bwose bwo mw’isi+. Ni wewe wakoze amajuru n’isi+.

  • Yesaya 44:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Ibi ni vyo Yehova avuze, wa Mwami wa Isirayeli+ n’Umucunguzi wiwe+, Yehova nyen’ingabo: ‘Ndi uwa mbere kandi ndi uwa nyuma+, kandi uretse jewe nta Mana iriho+.

  • Mariko 12:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Yezu yishura ati: “Irya mbere ni iri: ‘Umve, ewe Isirayeli, Yehova Imana yacu ni Yehova umwe+,

  • 1 Abakorinto 8:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nayo ku vy’ukurya+ ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa+ mw’isi, be n’uko ata yindi Mana iriho atari imwe+.

  • Abanyefeso 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 hari Imana imwe+ ikaba na Se wa bose, iri hejuru ya bose, ikora biciye kuri bose kandi igakorera muri bose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika