2 Samweli 16:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mu nyuma Abusalomu abwira Ahitofeli ati: “Nimutange impanuro+. Tugire iki?” Matayo 26:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 baja inama+ yo gufata Yezu ku rwenge bakamwica.