2 Samweli 12:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko Dawidi atangura guhoza Bati-sheba umugore wiwe+. Vyongeye, yinjira iyo ari maze aryamana na we. Mu nyuma avyara umuhungu+, uno bamwita Salomo+. Kandi Yehova ubwiwe aramukunda+. Abagalatiya 4:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ku bw’ivyo ga bene wacu, turi abana, atari ab’umusukukazi+, ahubwo ba wa mugore yidegemvya+.
24 Nuko Dawidi atangura guhoza Bati-sheba umugore wiwe+. Vyongeye, yinjira iyo ari maze aryamana na we. Mu nyuma avyara umuhungu+, uno bamwita Salomo+. Kandi Yehova ubwiwe aramukunda+.