2 Samweli 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ni we azokwubakira inzu izina ryanje+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami bwiwe gushika igihe kitagira urugero+. Luka 1:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 kandi azoganza inzu ya Yakobo ibihe vyose, kandi ubwami bwiwe ntibuzogira iherezo+.” Abaheburayo 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo ku bijanye n’Umwana wayo, ngo: “Imana ni yo ntebe yawe y’ubwami ibihe bitazoshira+, kandi agakoni k’ubutware k’ubwami+ bwawe ni agakoni k’ukugororoka+.
13 Ni we azokwubakira inzu izina ryanje+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami bwiwe gushika igihe kitagira urugero+.
8 Mugabo ku bijanye n’Umwana wayo, ngo: “Imana ni yo ntebe yawe y’ubwami ibihe bitazoshira+, kandi agakoni k’ubutware k’ubwami+ bwawe ni agakoni k’ukugororoka+.