-
Ezekiyeli 1:23Bibiliya y’isi nshasha
-
-
23 Kandi amababa yavyo yari agororotse munsi ya nya kirere, rimwe rirabana n’irindi. Kimwe cose cari gifise amababa abiri apfutse imibiri yavyo hino, kandi kimwe cose kikagira abiri apfutse hirya.
-