2 Samweli 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ni we azokwubakira inzu izina ryanje+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami bwiwe gushika igihe kitagira urugero+. 1 Ngoma 17:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nzogenera ikibanza abantu banje ari bo Isirayeli, ndabateragire+, na bo bazokwibera koko aho bari, kandi ntibazokwongera kubuzwa amahoro; abana b’ukutagororoka+ ntibazokwongera kubaruhisha, nk’uko babigize mu ntango+, Matayo 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko Shetani aramureka+, maze abamarayika baraza, batangura kumukorera+.
13 Ni we azokwubakira inzu izina ryanje+, nanje ata gukeka nzoshimangira intebe y’ubwami bwiwe gushika igihe kitagira urugero+.
9 Nzogenera ikibanza abantu banje ari bo Isirayeli, ndabateragire+, na bo bazokwibera koko aho bari, kandi ntibazokwongera kubuzwa amahoro; abana b’ukutagororoka+ ntibazokwongera kubaruhisha, nk’uko babigize mu ntango+,