1 Samweli 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Samweli atora rero agakarabo+ k’amavuta, ayasuka ku mutwe wiwe maze aramusoma+, hanyuma avuga ati: “Mbega si kubera ko Yehova yakurobanuje amavuta ngo ube indongozi+ y’intoranwa yiwe+? Zaburi 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Reka mvuge ingingo ya Yehova;Yambwiye ati: “Uri umwana wanje+;Jewe uno musi ncitse so+. Abakolosayi 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 akaba na we mutwe w’umubiri, ari ryo shengero+. Ni we ntango, imfura mu kuva mu bapfuye+, kugira ngo abe uwa mbere+ muri vyose; Abaheburayo 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nk’akarorero, ni nde mu bamarayika yigeze kubwira iti: “Uri umwana wanje; jewe uno musi ncitse so+”? Kandi iti: “Jewe ubwanje nzomubera se, na we azombera umwana+”?
10 Samweli atora rero agakarabo+ k’amavuta, ayasuka ku mutwe wiwe maze aramusoma+, hanyuma avuga ati: “Mbega si kubera ko Yehova yakurobanuje amavuta ngo ube indongozi+ y’intoranwa yiwe+?
18 akaba na we mutwe w’umubiri, ari ryo shengero+. Ni we ntango, imfura mu kuva mu bapfuye+, kugira ngo abe uwa mbere+ muri vyose;
5 Nk’akarorero, ni nde mu bamarayika yigeze kubwira iti: “Uri umwana wanje; jewe uno musi ncitse so+”? Kandi iti: “Jewe ubwanje nzomubera se, na we azombera umwana+”?