1 Samweli 15:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Vyongeye, Gahebuza wa Isirayeli+ ntazohemuka+, kandi ntazokwicuza, kuko atari umuntu yakuwe mw’ivu ngo yicuze+.” Abaheburayo 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 kugira ngo biciye ku bintu bibiri bidahinduka muri vyo bikaba bidashoboka ko Imana ibesha+, twebwe abahungiye muri bwa buhungiro turonke indemesho ikomeye kugira ducakire ca cizigiro+ twashizwe imbere.
29 Vyongeye, Gahebuza wa Isirayeli+ ntazohemuka+, kandi ntazokwicuza, kuko atari umuntu yakuwe mw’ivu ngo yicuze+.”
18 kugira ngo biciye ku bintu bibiri bidahinduka muri vyo bikaba bidashoboka ko Imana ibesha+, twebwe abahungiye muri bwa buhungiro turonke indemesho ikomeye kugira ducakire ca cizigiro+ twashizwe imbere.