2 Ngoma 25:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo ingo wewe ubwawe, ukore, ugire umutima rugabo ku bw’intambara+. Imana y’ukuri yohava igutsitaza imbere y’umwansi; kuko Imana ifise ububasha bwo gufasha+ no gutsitaza+.”
8 Mugabo ingo wewe ubwawe, ukore, ugire umutima rugabo ku bw’intambara+. Imana y’ukuri yohava igutsitaza imbere y’umwansi; kuko Imana ifise ububasha bwo gufasha+ no gutsitaza+.”