Zaburi 92:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Iyo ababisha banaze nk’ivyatsi+,N’abakora ibibabaza bose bagashurika,Ni ukugira ngo bazimanganywe buhere+. Yakobo 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko izuba riseruka n’ubushuhe bwaryo buturira hanyuma rikumisha nya vyatsi, maze ishurwe ryavyo rigahunguruka, ubwiza bwavyo bw’inyuma na bwo bugahera. N’umutunzi nyene azokabirana mu nzira ziwe z’ubuzima+.
7 Iyo ababisha banaze nk’ivyatsi+,N’abakora ibibabaza bose bagashurika,Ni ukugira ngo bazimanganywe buhere+.
11 Kuko izuba riseruka n’ubushuhe bwaryo buturira hanyuma rikumisha nya vyatsi, maze ishurwe ryavyo rigahunguruka, ubwiza bwavyo bw’inyuma na bwo bugahera. N’umutunzi nyene azokabirana mu nzira ziwe z’ubuzima+.