Guharura 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko bene Isirayeli batangura kubwira Musa bati: “Noneho turapfuye ata kabuza, turayogeye ata kabuza, nta kabuza twese turayogeye+. Gusubira mu vyagezwe 32:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko umuriro wadometswe mw’ishavu ryanje+Kandi uzoturira gushika mu kuzimu*, ahantu h’ibwina+,Kandi uzoyigiza isi n’umwimbu wayo+Kandi uzotongora imishinge y’imisozi+.
12 Nuko bene Isirayeli batangura kubwira Musa bati: “Noneho turapfuye ata kabuza, turayogeye ata kabuza, nta kabuza twese turayogeye+.
22 Kuko umuriro wadometswe mw’ishavu ryanje+Kandi uzoturira gushika mu kuzimu*, ahantu h’ibwina+,Kandi uzoyigiza isi n’umwimbu wayo+Kandi uzotongora imishinge y’imisozi+.