ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 121:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Raba! Ntazohunyiza canke ngo asinzire+,

      Umwe arinda Isirayeli+.

  • Zaburi 121:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Ku murango izuba ntirizogukubita+,

      Canke ukwezi mw’ijoro+.

  • Imigani 3:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Aho ni ho uzogenda mu mutekano+ mu nzira yawe, mbere n’ikirenge cawe ntikizotsitara ku kintu na kimwe+.

  • Yesaya 43:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Niwaca mu mazi+, nzobana nawe+; mu nzuzi na ho, ntizizokurengera+. Niwaca mu muriro, ntuzobabuka, eka n’urubeya ntiruzoguturira+.

  • Yesaya 60:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kuko, ehe umwiza+ uzopfuka isi, umuzimagiza w’umuzitanya na wo upfuke imiryango y’amahanga; mugabo wewe Yehova azokurasirako umuco, kandi ubuninahazwa bwiwe buzokubonekako+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika