Guharura 14:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo abo bagabo bose bagiye barabona ubuninahazwa bwanje+ n’ibimenyetso vyanje+ nakoreye mu Misiri no mu gahinga yamara bakaguma bangeza+ zino ncuro cumi zose, kandi ntibumvirize ijwi ryanje+,
22 Mugabo abo bagabo bose bagiye barabona ubuninahazwa bwanje+ n’ibimenyetso vyanje+ nakoreye mu Misiri no mu gahinga yamara bakaguma bangeza+ zino ncuro cumi zose, kandi ntibumvirize ijwi ryanje+,