Zaburi 67:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Imiryango y’amahanga ninezerwe, yihe akamo k’umunezero+,Kuko uzocira imanza ibisata vy’abantu mu kugororoka+;Nayo imiryango y’amahanga, kw’isi uzoyiyobora. Sela. Zaburi 98:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Imbere ya Yehova, kuko aje gucira imanza isi+.Azocira imanza ubutaka bwimbuka akoresheje ubugororotsi+,N’ibisata vy’abantu, akoresheje ukugororoka+. 1 Petero 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Igihe yatukwa+, ntiyasubizayo igitutsi+. Igihe yababazwa+, ntiyahiga, mugabo yaguma yiha umwe+ aca imanza mu bugororotsi.
4 Imiryango y’amahanga ninezerwe, yihe akamo k’umunezero+,Kuko uzocira imanza ibisata vy’abantu mu kugororoka+;Nayo imiryango y’amahanga, kw’isi uzoyiyobora. Sela.
9 Imbere ya Yehova, kuko aje gucira imanza isi+.Azocira imanza ubutaka bwimbuka akoresheje ubugororotsi+,N’ibisata vy’abantu, akoresheje ukugororoka+.
23 Igihe yatukwa+, ntiyasubizayo igitutsi+. Igihe yababazwa+, ntiyahiga, mugabo yaguma yiha umwe+ aca imanza mu bugororotsi.