1 Samweli 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nta n’umwe ari mweranda nka Yehova, kuko ata n’umwe ariho kiretse wewe+;Kandi nta gitandara kiriho kimeze nk’Imana yacu+. Yesaya 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uyu yarahamagara uriya ati: “Mweranda, mweranda, mweranda ni Yehova nyen’ingabo+. Ubuninahazwa bwiwe bunengesereye isi yose.” Yohani 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Vyongeye, sinkiri mw’isi, mugabo bo bari mw’isi+, nanje ndiko ndaza kuri wewe. Data mweranda, ubarinde+ ku bw’izina ryawe wampaye, kugira ngo babe umwe* nk’uko turi+.
2 Nta n’umwe ari mweranda nka Yehova, kuko ata n’umwe ariho kiretse wewe+;Kandi nta gitandara kiriho kimeze nk’Imana yacu+.
3 Uyu yarahamagara uriya ati: “Mweranda, mweranda, mweranda ni Yehova nyen’ingabo+. Ubuninahazwa bwiwe bunengesereye isi yose.”
11 “Vyongeye, sinkiri mw’isi, mugabo bo bari mw’isi+, nanje ndiko ndaza kuri wewe. Data mweranda, ubarinde+ ku bw’izina ryawe wampaye, kugira ngo babe umwe* nk’uko turi+.