Zaburi 136:1 Bibiliya y’isi nshasha 136 Nimukengurukire Yehova, kuko ari mwiza+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+; Luka 1:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 kandi uko amayaruka agenda arakurikirana, imbabazi ziwe ziba ku bamutinya+.
136 Nimukengurukire Yehova, kuko ari mwiza+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+; Luka 1:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 kandi uko amayaruka agenda arakurikirana, imbabazi ziwe ziba ku bamutinya+.