ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Maze mbwira umwami nti: “Umwami nabeho gushika igihe kitagira urugero*+! Nobura nte kwijirwa mu maso kandi igisagara+, inzu y’imva za ba sogokuruza banje+, ari umusaka, n’amarembo yaco yararigaswe n’umuriro+?”

  • Nehemiya 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko tuguma twubaka urwo ruhome, maze uruhome rwose rurafatanywa gushika ku ca kabiri c’amahagarara yarwo, kandi abantu babandanya kugira umutima wo gukora+.

  • Zaburi 137:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Ninakwibagira ga Yeruzalemu+,

      Ukuryo kwanje kuraca kwibagira.

  • Daniyeli 9:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ewe Yehova, nk’uko ibikorwa vyawe vyose vy’ubugororotsi biri+, ndakwinginze ishavu ryawe n’ubushangashirwe bwawe bisubire inyuma bive ku gisagara cawe Yeruzalemu, umusozi wawe mweranda+; kuko, bivuye ku bicumuro vyacu no ku makosa ya ba sogokuruza bacu+, Yeruzalemu n’igisata cawe bisigaye ari iceyi ku badukikuje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika